Skip to content
Saturday, March 7, 2026
Responsive Menu
Youtube
whatsapp
HITAMWONEZA
BARUNDI
Search
Search
HOME
Genocide
Politic
Opinion
Tourism
Religion
A propos de Nous
CONTACTEZ NOUS
Home
Kirundi
Page 3
Kirundi
AMAKURU MU KIRUNDI
Kirundi
Uno munsi twashimye kugaruka ku magume yagiye arashikira igihugu cacu mu mwaka ya 1965 na 1972, turabire hamwe ingene inzego z’umutekano zubatswe, abari bazigize n’igituma zari zubatswe kuri ubwo buryo. Ni mu ntumbero yo kurabira hamwe uruhara zagize muri ivyo vyago vyashikiye igihugu cacu, eka no mu gutabara igihugu mu bihe bimwe bimwe.
July 23, 2021
URN HITAMWONEZA
https://youtu.be/C6wZQPLM4a4
Genocide
Kirundi
Uncategorized
Mbe koko ubwo ikiringo ca gatatu nticari gihishije ayandi mabi menshi cndd fdd yari yarateguye? Ico kiringo nticoba cabaye imbarutso gusa? Abahagurutse bakagwanya bivuye inyuma ico kiringo ca gatatu, boba bakiri kuri urwo rugamba? Boba baradebukiwe canke boba bariko barazuyaza gusa kubera ico kiringo caheze? Hokogwa iki kugira abarundi basubire kuba mu gihugu kigengwa n’amategeko; uwuyahonyanze agahanwa aho kuninahazwa?
July 2, 2021
URN HITAMWONEZA
Kirundi
Ikiganiro ICO UTARI UZI ca Radio Inkizo FM
June 29, 2021
URN HITAMWONEZA
Kirundi
Uncategorized
Inzaba yo kuwa 28/6/2021
June 28, 2021
URN HITAMWONEZA
Genocide
Kayanza
Kirundi
Abatutsi bacitse kw’icumu mu Kayanza Commune Rango bashobora kwicwa hamwe atacokorwa
June 24, 2021
URN HITAMWONEZA
Kirundi
Ikiganiro “ICO UTARI UZI” ca Radio INKIZO FM
June 22, 2021
URN HITAMWONEZA
Genocide
Kirundi
TUVA HE TUJA HE BARUNDI Nº
June 21, 2021
URN HITAMWONEZA
Kirundi
Président Gen Evariste NDAYISHIMIYE amenysheje Ivyaha yakoreye Uburundi n’Abarundi
June 19, 2021
URN HITAMWONEZA
Kirundi
Humura Burundi yo kuwa 9/06/2021
June 9, 2021
URN HITAMWONEZA
Kirundi
Humura yo kuwa 5/6/2021
June 5, 2021
URN HITAMWONEZA
Posts pagination
Previous
1
2
3
4
…
6
Next