TUVA HE TUJA HE N⁰97

RADIO INKINZO https://zeno.fm/radio-inkinzo/https://zeno.fm/radio-inkinzo/

Barundi, Barundikazi https://zeno.fm/radio-inkinzo/ Sangwa amahoro y’Imana, iteka n’itekane aho muherereye hose. Abarundi turarushe; Turuhijwe n’uguhendwa n’abitwa…

ICO VITAL NSHIMIRIMANA avuga kuri génocide yakorewe Abatutsi mu mwaka wa 1993.

https://zeno.fm/radio-inkinzo/ 🇧🇮 Kw’ibuka abacu bazize ihonyabwoko ryakorewe abatutsi muri Gitugutu 1993 Mwese aho muri muzirikane ko…

Burundi: Ijambo mushikirijwe na Coordinateur wa URN Hitamwoneza mugihe twibuka ihonyabwoko ryakorewe Abatutsi 1993 https://zeno.fm/radio-inkinzo/https://zeno.fm/radio-inkinzo/

Radio INKIZO

Link: https://zeno.fm/radio-inkinzo/

TUVA HE TUJA HE BARUNDI Nº83 (9min58):Special:Agression du procureur Kayanza et des journalistes par Evariste Ndayishimiye

Tuva he tuja he Barundi ?

TUVA HE TUJA HE BARUNDI Nº75 (12min07): Spécial :pas de justice, pas de développement; affirme le président Evariste Ndayishimiye

Tuva he tuja he Barundi nº73 ?

Tubashikiriza intahe z’abagabo babiri bababajwe n’ihonyabwoko ryakorewe abatutsi muri 93, abahutu barica abo mu miryango yabo , bobo bararokoka mu buryo butangaje. Ntibigeze boroherwa kuko aho haziye mandat ya 3 y’umuhisi Petero Nkurunziza basubira guhunga, none n’ubu baracagorewe mu buhungiro.