ICO VITAL NSHIMIRIMANA avuga kuri génocide yakorewe Abatutsi mu mwaka wa 1993.

https://zeno.fm/radio-inkinzo/

🇧🇮 Kw’ibuka abacu bazize ihonyabwoko ryakorewe abatutsi muri Gitugutu 1993

Mwese aho muri muzirikane ko abakoze ihonyabwoko muri 1993 no mu myaka yakurikiye barimwo benshi cane bari muri Leta abandi binyegeje mubagwanya Leta.
Muganire rero ingene twokwirinda ihonyabwoko Kandi twese hamwe duharanire ko abarikoze bashikirizwa ubutungane.🇧🇮
Uko isaha itangura muraja gukurikira ico VITAL NSHIMIRIMANA avuga kuri génocide yakorewe Abatutsi mu mwaka wa 1993. ryashikirijwe uno munsi kuri Radio. INKINZO.

Murakoze

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *