Mbe koko ubwo ikiringo ca gatatu nticari gihishije ayandi mabi menshi cndd fdd yari yarateguye? Ico kiringo nticoba cabaye imbarutso gusa? Abahagurutse bakagwanya bivuye inyuma ico kiringo ca gatatu, boba bakiri kuri urwo rugamba? Boba baradebukiwe canke boba bariko barazuyaza gusa kubera ico kiringo caheze? Hokogwa iki kugira abarundi basubire kuba mu gihugu kigengwa n’amategeko; uwuyahonyanze agahanwa aho kuninahazwa?

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *