TUVA HE TUJA HE BARUNDI Nº83 (9min58):Special:Agression du procureur Kayanza et des journalistes par Evariste Ndayishimiye

Tuva he tuja he Barundi ?

TUVA HE TUJA HE BARUNDI Nº75 (12min07): Spécial :pas de justice, pas de développement; affirme le président Evariste Ndayishimiye

Tuva he tuja he Barundi nº73 ?

Tubashikiriza intahe z’abagabo babiri bababajwe n’ihonyabwoko ryakorewe abatutsi muri 93, abahutu barica abo mu miryango yabo , bobo bararokoka mu buryo butangaje. Ntibigeze boroherwa kuko aho haziye mandat ya 3 y’umuhisi Petero Nkurunziza basubira guhunga, none n’ubu baracagorewe mu buhungiro.

Spécial : Genocidaires d’UBU jusqu’au CNDD FDD. 🇧🇮””ISANGO EJO SAMEDI 24 /07/2021 & 10H00& “” kuri YouTube : TUVA HE TUJA HE TV🇧🇮

IBINYEGEZWA 24/07/2021 10H00 kuri YouTube : TUVA HE TUJA HE TV *🇧🇮 *TUVA HE TUJA HE…

Uno munsi twashimye kugaruka ku magume yagiye arashikira igihugu cacu mu mwaka ya 1965 na 1972, turabire hamwe ingene inzego z’umutekano zubatswe, abari bazigize n’igituma zari zubatswe kuri ubwo buryo. Ni mu ntumbero yo kurabira hamwe uruhara zagize muri ivyo vyago vyashikiye igihugu cacu, eka no mu gutabara igihugu mu bihe bimwe bimwe.

https://youtu.be/C6wZQPLM4a4

Mbe koko ubwo ikiringo ca gatatu nticari gihishije ayandi mabi menshi cndd fdd yari yarateguye? Ico kiringo nticoba cabaye imbarutso gusa? Abahagurutse bakagwanya bivuye inyuma ico kiringo ca gatatu, boba bakiri kuri urwo rugamba? Boba baradebukiwe canke boba bariko barazuyaza gusa kubera ico kiringo caheze? Hokogwa iki kugira abarundi basubire kuba mu gihugu kigengwa n’amategeko; uwuyahonyanze agahanwa aho kuninahazwa?

Ikiganiro ICO UTARI UZI ca Radio Inkizo FM

Inzaba yo kuwa 28/6/2021