Radio INKIZO

Link: https://zeno.fm/radio-inkinzo/

Burundi: Jean Bosco Ndayikengurukiye, a repatriate not like the others

Burundi: Jean Bosco Ndayikengurukiye, a repatriate not like the othersNever seen in Burundi. Jean Bosco Ndayikengurukiye…

TUVA HE TUJA HE BARUNDI Nº83 (9min58):Special:Agression du procureur Kayanza et des journalistes par Evariste Ndayishimiye

Tuva he tuja he Barundi ?

*TUVA HE TUJA HE BARUNDI Nº78 (9min57)*: Spécial : Pas de justice, pas de développement; affirme le Président Evariste Ndayishimiye Nº4

TUVA HE TUJA HE BARUNDI Nº75 (12min07): Spécial :pas de justice, pas de développement; affirme le président Evariste Ndayishimiye

Tuva he tuja he Barundi nº73 ?

Tubashikiriza intahe z’abagabo babiri bababajwe n’ihonyabwoko ryakorewe abatutsi muri 93, abahutu barica abo mu miryango yabo , bobo bararokoka mu buryo butangaje. Ntibigeze boroherwa kuko aho haziye mandat ya 3 y’umuhisi Petero Nkurunziza basubira guhunga, none n’ubu baracagorewe mu buhungiro.

Spécial : Genocidaires d’UBU jusqu’au CNDD FDD. 🇧🇮””ISANGO EJO SAMEDI 24 /07/2021 & 10H00& “” kuri YouTube : TUVA HE TUJA HE TV🇧🇮

IBINYEGEZWA 24/07/2021 10H00 kuri YouTube : TUVA HE TUJA HE TV *🇧🇮 *TUVA HE TUJA HE…

Uno munsi twashimye kugaruka ku magume yagiye arashikira igihugu cacu mu mwaka ya 1965 na 1972, turabire hamwe ingene inzego z’umutekano zubatswe, abari bazigize n’igituma zari zubatswe kuri ubwo buryo. Ni mu ntumbero yo kurabira hamwe uruhara zagize muri ivyo vyago vyashikiye igihugu cacu, eka no mu gutabara igihugu mu bihe bimwe bimwe.

https://youtu.be/C6wZQPLM4a4